๐จ๐ฟ๐ฒ ZAMBIA: Umwepisikopi Alick Banda yafashwe
๐จ๐ฟ๐ฒ ZAMBIA: Umwepisikopi Alick Banda yafashwe
Umurwi wa Leta ya Zambia ujejwe kurwanya ibiyayuramutwe, DEC (Drug Enforcement Commission), wafashe Bishop Dr. Alick Banda, arongoye Archdiocese ya Lusaka.
๐๐พ Alick Banda yashinjwe kuba afise umutungo canke ibintu bikekwa ko vyabonetse mu buryo bunyuranye n’amategeko.
Ico caha gitegekanijwe mu ngingo ya 319 y’amategeko ahana ivyaha muri Zambia.
⚖️ Ariko rero, kuba yarafashwe kandi agashinjwa ico caha ntibisigura ko yamaze kugirwa n’icaha. Ni ubutungane buzomenya nimba ivyo aregwa bifise ishingiro canke bidafise.
๐ด MBC Times izobandanya kubamenyesha amakuru mashasha kuri iki kibazo.
#MBCtimes #Zambia #AlickBanda #DEC #Lusaka

Comments
Post a Comment