๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ RDC: Patrick Muyaya yavuze ko ihindurwa ry'Itegeko Nshinga ritigeze rishirwa ku rutonde rw'ivyigwa mu Nama y'Abashikiranganji.

 ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ RDC: Patrick Muyaya yavuze ko ihindurwa ry'Itegeko Nshinga ritigeze rishirwa ku rutonde rw'ivyigwa mu Nama y'Abashikiranganji.



๐Ÿ—ฃ️ Umuvugizi wa Reta ya Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo, Patrick Muyaya, yatangaje ko ikibazo co guhindura canke gusubiramwo Itegeko Nshinga kitigeze na rimwe gishirwa ku rutonde rw'ivyigwa mu Nama y'Abashikiranganji.


Yasiguye ko iyo ngingo itigeze yigwa n'iyo nama, ariko yongerako ko ikiyago kijanye n'Itegeko Nshinga gishobora kuzokwihwezwa mu biganiro vy'igihugu vyitezwe, kugira hafatwe ingingo zibereye ku kazoza k'igihugu.


๐Ÿ“ฐ Mbega wewe ubona hakenewe ko Itegeko Nshinga rya RDC risubirwamwo canke rigahindurwa?


#RDC #PatrickMuyaya #Constitution #Politique #Afrique #Actualitรฉs #MBCTimes

Comments

Post a Comment

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile