๐Ÿšจ AMAKURU MASHYA ๐ŸŒ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ

 ๐Ÿšจ AMAKURU MASHYA ๐ŸŒ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ



Leta Zunze Ubumwe za Amerika (USA) zashize ibihugu 11 vya Afrika ku rutonde rwo hejuru rw'imburi ku ngendo (Level 4: "Do Not Travel"), zisaba abanyagihugu bazo kutabigenderamwo kubera umutekano muke, intambara, iterabwoba n'uko serivisi za ambasade zishobora kudashikira ababikeneye.


๐Ÿ“ Ivyo bihugu ni:

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ซ Burkina Faso

๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡พ Libya

๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ซ Rรฉpublique Centrafricaine

๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฉ Chad

๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ Rรฉpublique Dรฉmocratique du Congo

๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฑ Mali

๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ช Niger

๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ด Somalia

๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ธ South Sudan

๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฉ Sudan

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ Uganda


๐Ÿ”Ž Ivyo bihugu biri mu bihugu 23 vyo kw'isi yose vyashizwe ku rwego rwa 4 rw'impanuro z'urugendo zitangwa n'Ibiro vya Amerika vy'Ububanyi n'Amahanga (US State Department).


#USA #Africa #TravelAdvisory #Security #DWAfrica #MBCTimes

Comments

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile