๐ŸŒ AMAKURU MASHYA

 ๐ŸŒ AMAKURU MASHYA



๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ช Niger yatanguje ku mugaragaro pasiporo nshasha ya AES (Alliance des ร‰tats du Sahel) ikoresha ubuhinga bwa biomรฉtrique. Perezida Abdourahamane Tiani ari mu ba mbere bayironse inyuma yo kwiyandikisha.


Iyi pasiporo ihuje amategeko n'ibipimo vyemejwe na Burkina Faso, Mali na Niger, ikaba igamije:

✅ Gukomeza ubumwe bw'ibihugu vya AES.

๐Ÿ”’ Kwongera umutekano w'inyandiko z'ingendo.

๐Ÿ›‚ Kworohereza uruja n'uruza rw'abanyagihugu hagati y'ivyo bihugu.


Iyi ntambwe ni kimwe mu bikorwa vya AES bigamije gukomeza ukwishyira hamwe no guteza imbere ubufatanye mu karere.


#Niger ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ช #AES #Sahel #BiometricPassport #BurkinaFaso #Mali #RegionalIntegration #Africa

Comments

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile