⚖️ RDC yinjiriye nk'umugambwe uburana mu rubanza rwa Tshiwewe, Numbi n'abandi

 ⚖️ RDC yinjiriye nk'umugambwe uburana mu rubanza rwa Tshiwewe, Numbi n'abandi



Leta ya Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) yatangaje ko yinjiye nk'umugambwe uburana (partie civile) mu rubanza ruregwamwo abahoze ari abasirikare bakuru barimwo Christian Tshiwewe, John Numbi n'abandi, ruriko ruburanishwa n'Urukiko Rukuru rwa Gisirikare.


Ico cemezo kigamije gutuma Leta isaba indishi y'akababaro ku bihombo ivuga ko yatewe n'ivyaha abo baregwa bagirizwa, harimwo ubugarariji, umugambi wo guhungabanya ubutegetsi, gushigikira iterabwoba n'ibindi vyaha bikomeye.


๐Ÿ“… Urubanza rwasubitswe, rukazobandanya ku wa 9 Nyakanga 2026.


#RDC #Justice #ChristianTshiwewe #JohnNumbi #Amakuru #Afrique #BreakingNews ⚖️๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ

Comments

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile