๐ด RDC: Umugambwe PPRD wa Joseph Kabila wasubukuye ibikorwa vyawo vya politike
๐ด RDC: Umugambwe PPRD wa Joseph Kabila wasubukuye ibikorwa vyawo vya politike
๐ Ku wa 24 Ruheshi 2026, umugambwe PPRD washinzwe n'uwahoze ari Perezida wa RDC, Joseph Kabila, wakoranye inama y'abategetsi bawo i Kinshasa.
๐ข Muri iyo nama, PPRD:
❌ Waranse rwose umugambi uwo ari wo wose wo guhindura Ibwirizwa Shingiro (Constitution).
❌ Waranse kandi ko haba ikiringo ca gatatu c'umukuru w'igihugu.
✊ Wasavye ko abanywanyi bawo bapfungiwe ivyiyumviro vya politike barekurwa.
๐ณ️ Wasavye ko ihindagurika ry'ubutegetsi biciye mu matora ryokwubahirizwa mu mwaka wa 2028.
๐ Ibi bishitse mu gihe impaka zikomeye ziriko ziraba muri RDC ku bijanye n'ihindurwa ry'Ibwirizwa Shingiro n'ukazoza kwa politike y'igihugu.
๐จ๐ฉ Mbega wewe ubona gute ivyo PPRD isaba? Tanga iciyumviro cawe mu gice c'ivyiyumviro.
#RDC #PPRD #JosephKabila #PolitiqueRDC #Kinshasa #Demokarasi #Constitution #Afrique #MbcTime

Comments
Post a Comment