Perezida w’agateganyo wa Venezuela, Delcy Rodríguez, yatangaje ibihe bidasanzwe (state of emergency) mu gihugu cose inyuma y’inyamugigima zibiri zikomeye zakurikiranye zikongera zikurikirwa n’ivyuguvugu vyinshi (aftershocks).

 🔴 AMAKURU MASHASHA

Izo nyamugigima zapimwe ku rugero rwa 7.2 na 7.5, zatumye inyubakwa nyinshi zisenyuka i Caracas n’ahandi, ikibuga c’indege ca Simon Bolivar kirafungwa kubera ibyangiritse, mu gihe ibikorwa vy’ubutabazi biriko birabandanya. 

Abategetsi bavuze ko hari abantu bapfuye n’abakomeretse, ariko igitigiri nyaco ntikiratangazwa. Abahinga bo muri USGS baburiye ko ibyononekaye bishobora kuba bikomeye cane kandi ko umubare w’abahitanwa n’iki kiza ushobora kwiyongera. 

🙏 Turifatanya n’abanyagihugu ba Venezuela muri ibi bihe bigoye.

#Venezuela #Earthquake #BreakingNews #Caracas #MBCTimes 🌍🚨🕊️

Comments

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

📢 Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

🇺🇸⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile