๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡จ๐ŸŽ‰ Ecuador yahaye abanyagihugu ikiruhuko rusangi kubera intsinzi y'amateka!

 

๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡จ๐ŸŽ‰ Ecuador yahaye abanyagihugu ikiruhuko rusangi kubera intsinzi y'amateka!



Perezida wa Ecuador, Daniel Noboa, yatangaje ko kuwa 26 Ruheshi 2026 ari ikiruhuko rusangi ku gihugu cose inyuma y'uko umugwi w'igihugu utsinze Ubudage ibitsindo 2-1 mu Gikombe c'Isi 2026. ๐Ÿ†⚽


Iyi ntsinzi yatumye Ecuador yandika amateka, bituma ubutegetsi bufata ingingo yo guha abanyagihugu umunsi wo kwinezereza no guhimbaza intsinzi y'umugwi wabo.


#Ecuador ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡จ #WorldCup2026 #Football #DanielNoboa #Inkuru #MbcTime #SportsNews ⚽๐Ÿ”ฅ

Comments

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile