๐Ÿšจ BUTANYERERA: Abantu babiri baciriwe umunyororo wo gufungwa ubuzima bwose bazira kuzura imva no kutubaha ikiziga c'umwigeme yapfuye ⚖️


 ๐Ÿšจ BUTANYERERA: Abantu babiri baciriwe umunyororo wo gufungwa ubuzima bwose bazira kuzura imva no kutubaha ikiziga c'umwigeme yapfuye ⚖️


Sentare Nkuru ya Matongo mu ntara ya Butanyerera yakatiye abagabo babiri igihano co gufungwa ubuzima bwose, inyuma yo kubahamya icaha co kuzura imva no kutubaha ikiziga ca Divine Akimana, umukobwa w'imyaka 18 y'amavuko. ๐Ÿ˜ข


Iyi ngingo y'ubutungane yaje inyuma y'aho ikiziga c'uwo mwigeme bivugwa ko cakuwe mu mva, kigakatagurwa mu buryo bwateye ubwoba n'agashavu mu banyagihugu. ๐Ÿ•ฏ️


Sentare yategetse kandi ko abagirizwa bariha umuryango w'umuhisi indishi y'akababaro ingana na miliyoni 10 z'amarundi. ๐Ÿ’ฐ


๐Ÿ‘‰ Mwe mubibona gute? Ibi bihano birakwiye kugira ngo bikingire icubahiro c'abapfuye no guhasha ibikorwa nk'ibi?

#Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ #Butanyerera #Matongo #Ubutungane ⚖️ #Amakuru #BreakingNews ๐Ÿšจ #MBCTimeNews ๐Ÿ“ฐ #Justice #BurundiNews

Comments

Post a Comment

Popular posts from this blog

#Burundi_Amagara y'abantu

๐Ÿ“ข Zimbabwe: Sena yemeje ihindurwa ry’itegeko nshinga ryongereza manda ya Perezida

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ⚔️ Trump ashaka ko inganda zikora imodoka zitangira no gukora ibisasu bya missile